Moses Rujegeza

Moses Rujegeza Advise of Life. 🌿🌷Impanuro y'ubuzima🌿🌷 na Moses Rujegeza

07/09/2026

Abantu muri hafi ishure rizotangura ryari mukwambere canke mukwakabiri????

Nkwibutse wewe utarakora uriko uhomba.

Mr Rujegeza

Kino gitondo ndetse niyindwi yose.NDIHO abe muvyawe.Mr Rujegeza
07/09/2026

Kino gitondo ndetse niyindwi yose.NDIHO abe muvyawe.
Mr Rujegeza

06/09/2026

Ushaka gukora business yawe ntibikeneweko ugisha inama abantu benshi kuko murabobose ntibonezerwa na business yawe.

06/09/2026
06/09/2026

Umve kano kantu kagucitse wobuhomvye,umuhemu ntumurondere kure.
Mr Rujegeza

06/09/2026

Iterambere ryambere nukunezerwa niterambere rya mugenzawe.mugihe ubabara nintambwa ya mugenzawe aho ntaterambere uzobona.
Mr Rujegeza

Abantu ntibakwigishe vyose; ibihe ni vyo bizokwigisha.Hari igihe umuntu ashaka kubaho nk’aho ari we yaremye isi, akibaza...
04/09/2026

Abantu ntibakwigishe vyose; ibihe ni vyo bizokwigisha.

Hari igihe umuntu ashaka kubaho nk’aho ari we yaremye isi, akibaza ko ashobora gukora ico ashaka cose ata ngaruka.

Ariko ubuzima buramwigisha.
Igihe kiramwigisha.
Amakosa aramwigisha.
Kandi ivyo umuntu aca biramuhindura.

Ntukiyemere cane kubera uko umeze uyu munsi; ejo hashobora kukwigisha icigwa utazokwibagira.

Kora neza, wubahe abandi, kandi ugume wicisha bugufi. ❤️

Nimba iyi mpanuro ikugeraho, kora Suivre • Follow • Like • Comment.

Mr Rujegeza

03/09/2026

Jewe na muzehe na muvyara .mwatubonye?
Mr Rujegeza I

Address

Bujumbura

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Moses Rujegeza posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share

Category