Mrmeict

Mrmeict MINISTERE DES RESSOURCES MINIERES,
ENERGETIQUES, DE L’INDUSTRIE,
DU COMMERCE ET DU TOURISME

Umunyamabanga ntayegezwa mubushikiranganji bwubutare nagataka Dr. Ir Martin NDAYIZEYE arahamagarira abacukuzi bubutare g...
05/09/2026

Umunyamabanga ntayegezwa mubushikiranganji bwubutare nagataka Dr. Ir Martin NDAYIZEYE arahamagarira abacukuzi bubutare gusoma amategeko abagenga nayagenga ico gisata, arasaba gusoma ingingo ziri mwitegeko na cane cane 65, 41, 21, 95, 135, 213,238 harimwo izerekeye gutanga impusha nuko amakori atangwa, nizindi zerekana uwurekuriwe gucukura ubutare yongerayibutsako ubutare ari ubwa leta . Arahamagarira abarundi kugira akarangamutima ko gukunda igihugu bavavanure nokugira fraude mubutare kubera ko umwimbu ari uwigihugu. Ikindi ahamaharira abacukura ubutare nukuva mubuhinga bwa Arstinal bakijukira ubuhinga bwa semi- mécanisé kugirango umwimbu ube mwinshi , arabasa kandi ashimitse ko boja hamwe mugukorera muma coopératives bakarondera n'imachine bakoresha mukurwiza umwimbu. Umwe mubacukura ubutare arasaba ko hashurwaho laboratoire nziza izofasha gucukura gushika kwihangiro baranasaba kandi ko hobaho retraite bakaja hamwe nabo mubushikiranganji bakumviriza ibibazo bibahanze kandi bihambaye bagaheza bagatorera hamwe umuti ivyo bibazo. Arstide IGIRANEZA arongoye ubuyobozi bwa programme bujejwe gucukura ibitoro namakariyeri arerekana ko hamwe indongozi zose zoja hamwe kuva mutumba gushika muntara bakumva ko muvyo bajejwe harimwo igisata c'ubutare bakamenya buri munsi ubuzima bwico gisata c'ubutare namakariyeri ko ata nkeka igihugu cotera imbere. Vyashikurizwe mumanama yurukurikirane ariko abera muntara zitanu muntumbero yogutezimbere igihugu.

𝐇𝐚𝐭𝐞𝐠𝐞𝐤𝐚𝐧𝐢𝐣𝐰𝐞 𝐤𝐰𝐮𝐛𝐚𝐤𝐰𝐚 𝐢𝐤𝐢𝐠𝐨 𝐠𝐢𝐬𝐡𝐚𝐬𝐡𝐚 𝐜𝐨 𝐤𝐰𝐞𝐠𝐞𝐫𝐚𝐧𝐲𝐢𝐫𝐢𝐳𝐚𝐦𝐰𝐨 𝐮𝐦𝐰𝐢𝐦𝐛𝐮 𝐰'𝐮𝐛𝐮𝐭𝐚𝐫𝐞 𝐧𝐚 𝐆𝐮𝐢𝐜𝐡𝐞𝐭 𝐔𝐧𝐢𝐪𝐮𝐞Inyuma y'Inama yahuje abo ...
03/09/2026

𝐇𝐚𝐭𝐞𝐠𝐞𝐤𝐚𝐧𝐢𝐣𝐰𝐞 𝐤𝐰𝐮𝐛𝐚𝐤𝐰𝐚 𝐢𝐤𝐢𝐠𝐨 𝐠𝐢𝐬𝐡𝐚𝐬𝐡𝐚 𝐜𝐨 𝐤𝐰𝐞𝐠𝐞𝐫𝐚𝐧𝐲𝐢𝐫𝐢𝐳𝐚𝐦𝐰𝐨 𝐮𝐦𝐰𝐢𝐦𝐛𝐮 𝐰'𝐮𝐛𝐮𝐭𝐚𝐫𝐞 𝐧𝐚 𝐆𝐮𝐢𝐜𝐡𝐞𝐭 𝐔𝐧𝐢𝐪𝐮𝐞

Inyuma y'Inama yahuje abo mu bushikiranganji muvyo bujejwe harimwo ubutare n’agataka hamwe n'abakorera mu gisata c'ubutare kw'igenekerezo rya 02 nyakanga 2026 muntara ya Gitega, umunyamabanga ntayegayezwa mu bushirakiranganji Dr. Ir. Martin NDAYIZEYE arikumwe n’abo bagendanye yaragendeye ikibanza kizokubakwamwo ikigo co kwegeranirizamwo umwimbu w'Ubutare n’ahazokorerwa ama servisi atandukanye harimwo guichet unique izofasha gutanga impusha nokuriha amakori.

𝐌𝐮𝐧𝐭𝐮𝐦𝐛𝐞𝐫𝐨 𝐲𝐨 𝐠𝐮𝐭𝐞𝐫𝐞𝐫𝐚 𝐦𝐮 𝐠𝐮𝐭𝐞𝐳𝐚 𝐢𝐦𝐛𝐞𝐫𝐞 𝐮𝐛𝐮𝐭𝐮𝐧𝐳𝐢 𝐛𝐰’𝐢𝐠𝐢𝐡𝐮𝐠𝐮 𝐮𝐛𝐮𝐬𝐡𝐢𝐤𝐢𝐫𝐚𝐧𝐠𝐚𝐧𝐣𝐢 𝐦𝐮𝐯𝐲𝐨 𝐛𝐮𝐣𝐞𝐣𝐰𝐞 𝐡𝐚𝐫𝐢𝐦𝐰𝐨 𝐮𝐛𝐮𝐭𝐚𝐫𝐞 𝐧’𝐚𝐠𝐚𝐭𝐚𝐤𝐚 𝐛𝐮𝐫...
03/09/2026

𝐌𝐮𝐧𝐭𝐮𝐦𝐛𝐞𝐫𝐨 𝐲𝐨 𝐠𝐮𝐭𝐞𝐫𝐞𝐫𝐚 𝐦𝐮 𝐠𝐮𝐭𝐞𝐳𝐚 𝐢𝐦𝐛𝐞𝐫𝐞 𝐮𝐛𝐮𝐭𝐮𝐧𝐳𝐢 𝐛𝐰’𝐢𝐠𝐢𝐡𝐮𝐠𝐮 𝐮𝐛𝐮𝐬𝐡𝐢𝐤𝐢𝐫𝐚𝐧𝐠𝐚𝐧𝐣𝐢 𝐦𝐮𝐯𝐲𝐨 𝐛𝐮𝐣𝐞𝐣𝐰𝐞 𝐡𝐚𝐫𝐢𝐦𝐰𝐨 𝐮𝐛𝐮𝐭𝐚𝐫𝐞 𝐧’𝐚𝐠𝐚𝐭𝐚𝐤𝐚 𝐛𝐮𝐫𝐢𝐤𝐨 𝐛𝐮𝐫𝐚𝐤𝐨𝐫𝐞𝐬𝐡𝐚 𝐚𝐦𝐚 𝐧𝐚𝐦𝐚 𝐲𝐨𝐤𝐮𝐠𝐚𝐧𝐢𝐫𝐚 𝐧𝐚𝐛𝐚𝐤𝐨𝐫𝐞𝐫𝐚 𝐦𝐮𝐠𝐢𝐬𝐚𝐭𝐚 𝐜'𝐮𝐛𝐮𝐭𝐚𝐫𝐞 𝐧’𝐚𝐦𝐚𝐤𝐚𝐫𝐢𝐲𝐞𝐫𝐢 𝐦𝐮 𝐧𝐭𝐚𝐫𝐚 𝐳𝐢𝐠𝐢𝐳𝐞 𝐢𝐠𝐢𝐡𝐮𝐠𝐮.

Ico gikorwa catunganijwe kuva kuruyu wakabiri gushika kuwa gatandatu nyakanga 2026, gifise intumbero yo gutsimbataza ugukorana neza mugisata c'ubutare biciye mubiganiro hagati y'abakorera mugisata.

Igisata c'ubutare nikimwe mubisata bihambaye bifasha igihugu gushika muri yambona kazoza yigihugu cifashe muri 2040 nigihugu giteye imbere muri 2060.
I gisata kikazonafasha mu mafaranga Reta izokoresha aho hitezweko ibice 50% bizova mu mwimbu w'Ubutare .

Harashiweho itegeko rigenga ubutare ( code minier) n'amategeko arishira mungiro. Ibiyago hagati yabakorera mugisata bikaba bifasha gutorera umuti ukudatahura neza amategeko kworohereza abikorera utwabo mubijanye impusha nogutuma haba uburyo bwiza bwogukoreramwo bushobora gukwega abarwizatunga .
Igikorwa kiriko kiraba categuwe muntumbero yuko abakorera mugisata bamenya neza uko ibintu vyifashe muntara zitandukanye , ibikorwa vyaranguriwe muntara ya Butanyerera kuri uyu wakabiri igenekerezo rya 01/09/2026 bibandanya kuwa gatatu muntara ya Gitega, no kuwakane muntara ya Buhumuza, kuwa gatanu muntara ya Burunga nokuwagatandatu muntara ya Bujumbura.

Ni igikorwa gihuza inzego zitandukanye za Leta hamwe nabikorera utwabo, harimwo : abaserukira ibiro vya Nyakubahwa Umushikiranganji wa mbere w'igihugu, ubushikiranganji bw'ubutare, Ubushikiranganji bw’intwaro yo hagati, igisirikare ( FDNB), ibiro vy’ikigo kijejwe kugenzura nogucungera ibikorwa bijanye nubutare nibikomoka kuri pétrole nogutoza amakori ava muri icogisata (OBM) , PAEEJ, OBPE urwego ruharanira abakorera mugisata c'ubutare namakariyeri, amashiramwe , ama coopératives acukura ubutare hamwe nabameshamakuru , abaserukira ba buramutari , abashingamateka, abajejwe ubuhinga ku rwego rw’intara n'amakomine, abajejwe umutekano.
Akandi karusho gakomeye kaya manama ni ukwumviriza abakorera mugisata c'ubutare bari mugihugu.

Kimwe muvyavuye muri ivyo biganiro nishirwaho rya comité muntara yabacukura ubutare namakariyeri. Iyo comité izoba ijejwe kuganira noguhanahana ivyiyumviro nogukorera hamwe aho abakorera mugisata bazoshobora gushikiriza ibibazo canke ingorane bahura nazo bakazofashanya nabajejwe intwaro gutorera umuti inyishu zibereye. Izo nama zirangizwa nokumenyesha abitavye ibikorwa, urwego ruhagarariye igisata c'ubutare namakariyeri gutora comite nshasha yabacukura ubutare kurwego rwintara hamwe nokuyishiraho kumugaragaro Gitega

𝐈 𝐡𝐨𝐭𝐞𝐫𝐢 Sunstone Beach  𝐲𝐚𝐬𝐡𝐢𝐤𝐢𝐫𝐢𝐣𝐞 𝐮 𝐁𝐮𝐬𝐡𝐢𝐤𝐢𝐫𝐚𝐧𝐠𝐚𝐧𝐣𝐢 𝐦𝐮 𝐯𝐲𝐨 𝐛𝐮𝐣𝐞𝐣𝐰𝐞 𝐡𝐚𝐫𝐢𝐦𝐰𝐨 𝐢𝐧𝐠𝐞𝐧𝐳𝐢 𝐚𝐠𝐚𝐬𝐡𝐢𝐦𝐰𝐞 𝐤𝐚 "𝐖𝐨𝐫𝐥𝐝 𝐓𝐫𝐚𝐯𝐞𝐥 𝐀𝐰𝐚𝐫𝐝𝐬"...
02/09/2026

𝐈 𝐡𝐨𝐭𝐞𝐫𝐢 Sunstone Beach 𝐲𝐚𝐬𝐡𝐢𝐤𝐢𝐫𝐢𝐣𝐞 𝐮 𝐁𝐮𝐬𝐡𝐢𝐤𝐢𝐫𝐚𝐧𝐠𝐚𝐧𝐣𝐢 𝐦𝐮 𝐯𝐲𝐨 𝐛𝐮𝐣𝐞𝐣𝐰𝐞 𝐡𝐚𝐫𝐢𝐦𝐰𝐨 𝐢𝐧𝐠𝐞𝐧𝐳𝐢 𝐚𝐠𝐚𝐬𝐡𝐢𝐦𝐰𝐞 𝐤𝐚 "𝐖𝐨𝐫𝐥𝐝 𝐓𝐫𝐚𝐯𝐞𝐥 𝐀𝐰𝐚𝐫𝐝𝐬"

Kuri uyu wa gatatu, igenekerezo rya 2 nyakanga 2026, mu Bushikiranganji bw'Ubutare, Amasoko Ntanganguvu, Amahinguriro, Ubudandaji n'Ingenzi, Umupfasoni Christine NIRAGIRA, yakiriye intumwa ziserukira ihoteri Sunstone Beach zari zije kumushikiriza ku mugaragaro agashimwe iyo hoteri yaronse mu ihiganwa rikomeye "World Travel Awards".

Muri iryo higanwa ryo ku rwego rwo ku mugabane wa Afrika no ku rwego rw'isi, Sunstone Beach yari yahiganywe mu mice ibiri ari yo: « Africa’s Leading Hotel » hamwe na « Burundi’s Leading Hotel ». Iyo hoteri yagize umwanya mwiza mu gutwara agashimwe k'ihoteri ya mbere mu gihugu. Icyipfuzo kikaba ari uko yozoza mu myanya ya mbere ku rwego rwa Afrika mu mahiganwa azoza.

Umunyamabanga Ntayegayezwa yakeje cyane umurwi wa Sunstone Beach ku bw'ako gashimwe, agaragaza icipfuzo c'ubushikiranganji mu gushigikira no guteza imbere abikorera utwabo.
Intumwa za Sunstone Beach zashimiye Reta y'Uburundi ku buryo yorohereza abanyamitahe mu bikorwa vyabo vya minsi yose. Zarashimye kandi umwete w'abakozi babo.

Mu gihe c'ibiyago, bavuganye ku bipimo bifatirwako muri ayo mahiganwa kugira amahoteri yiyandikishe, n'akamaro ko guhimiriza amahoteri ngo yitabire ayo mahiganwa ayafasha kumenyekana no kwitunganya neza mu mirimo y'iminsi yose.

Umuyobozi Mukuru w'Ubukerarugendo, Umupfasoni Armelle IRAKOZE, yaratomoye ko ihiganwa nk'iryo riri mu buryo bukomeye bwo kwerekana vyiza vy’igihugu mu makungu, ashimikira ku karusho ko guhimiriza amahoteri kwitunganya neza no guhiganwa n’ayandi mahoteli mvamakungu.
---------------------------------------------------------------------
𝐋’𝐡𝐨̂𝐭𝐞𝐥 Sunstone Beach 𝐩𝐫𝐞́𝐬𝐞𝐧𝐭𝐞 𝐬𝐨𝐧 𝐩𝐫𝐢𝐱 « 𝐖𝐨𝐫𝐥𝐝 𝐓𝐫𝐚𝐯𝐞𝐥 𝐀𝐰𝐚𝐫𝐝𝐬 » 𝐚𝐮 𝐌𝐢𝐧𝐢𝐬𝐭𝐞̀𝐫𝐞 𝐞𝐧 𝐜𝐡𝐚𝐫𝐠𝐞 𝐝𝐮 𝐓𝐨𝐮𝐫𝐢𝐬𝐦𝐞

Ce mercredi 2 septembre 2026, la Secrétaire Permanente au Ministère des Ressources Minières, Énergétiques, de l'Industrie, du Commerce et du Tourisme, Mme Christine NIRAGIRA, a accordé une audience à une délégation de l’hôtel Sunstone Beach. La rencontre portait sur la présentation officielle du prix international remporté récemment par cet établissement hôtelier dans le cadre des prestigieux World Travel Awards.
En compétition à l'échelle continentale et mondiale, Sunstone Beach s'était porté candidat dans deux catégories distinctes : « Africa’s Leading Hotel » et « Burundi’s Leading Hotel ». L'établissement s'est distingué en remportant le prix de la meilleure enseigne hôtelière au niveau national, tout en réaffirmant son ambition de se hisser aux plus hautes marches du podium africain lors des prochaines éditions.
Au cours des échanges, les discussions ont porté sur les critères de sélection internationaux et sur l'importance de mobiliser l'ensemble du parc hôtelier burundais pour participer à ces compétitions mondiales.
La délégation de Sunstone Beach a exprimé sa reconnaissance envers le Gouvernement Burundais pour l'amélioration continue du climat des affaires et du cadre promotionnel du tourisme. Elle a également salué le dévouement de son personnel.
Madame Christine NIRAGIRA a félicité chaleureusement l'équipe de Sunstone Beach pour cette distinction, réitérant le soutien du ministère envers les initiatives privées tirant la qualité du secteur vers le haut.
La Directrice Générale du Tourisme, Mme Armelle IRAKOZE, a souligné qu'une telle compétition constitue un levier majeur de visibilité internationale. Elle a appelé à une vaste campagne de sensibilisation auprès des hôteliers locaux
Sunstone Beach Radio Maria Burundi Akeza.net Magazine Jimbere Mrmeict Radio-Télévision Isanganiro RTI VISIT BURUNDI

𝐕𝐞𝐫𝐬 𝐮𝐧𝐞 𝐠𝐨𝐮𝐯𝐞𝐫𝐧𝐚𝐧𝐜𝐞 𝐫𝐞́𝐧𝐨𝐯𝐞́𝐞 : 𝐥𝐞 𝐌𝐢𝐧𝐢𝐬𝐭𝐞̀𝐫𝐞 𝐞𝐧𝐠𝐚𝐠𝐞 𝐮𝐧 𝐝𝐢𝐚𝐥𝐨𝐠𝐮𝐞 𝐜𝐨𝐧𝐬𝐭𝐫𝐮𝐜𝐭𝐢𝐟 𝐚𝐯𝐞𝐜 𝐥𝐞𝐬 𝐚𝐜𝐭𝐞𝐮𝐫𝐬 𝐝𝐮 𝐬𝐞𝐜𝐭𝐞𝐮𝐫 𝐦𝐢𝐧𝐢𝐞𝐫.Dans un...
02/09/2026

𝐕𝐞𝐫𝐬 𝐮𝐧𝐞 𝐠𝐨𝐮𝐯𝐞𝐫𝐧𝐚𝐧𝐜𝐞 𝐫𝐞́𝐧𝐨𝐯𝐞́𝐞 : 𝐥𝐞 𝐌𝐢𝐧𝐢𝐬𝐭𝐞̀𝐫𝐞 𝐞𝐧𝐠𝐚𝐠𝐞 𝐮𝐧 𝐝𝐢𝐚𝐥𝐨𝐠𝐮𝐞 𝐜𝐨𝐧𝐬𝐭𝐫𝐮𝐜𝐭𝐢𝐟 𝐚𝐯𝐞𝐜 𝐥𝐞𝐬 𝐚𝐜𝐭𝐞𝐮𝐫𝐬 𝐝𝐮 𝐬𝐞𝐜𝐭𝐞𝐮𝐫 𝐦𝐢𝐧𝐢𝐞𝐫.

Dans une dynamique proactive visant à valoriser les richesses naturelles du pays et à soutenir l'économie nationale, le Ministère des Ressources Minières, Energétiques, de l'Industrie, du Commerce et du Tourisme a organisé, du 01 au 05 septembre 2026, une campagne d'information et de concertation à travers cinq provinces du pays. Organisée dans le cadre du Programme Hydrocarbures, Mines et Carrières (PHMC), cette démarche vise à bâtir un partenariat solide et transparent avec l'ensemble des intervenants du secteur extractif.
Le secteur des mines et des carrières constitue un pôle stratégique majeur pour accompagner la vision nationale, projetant le pays vers l'émergence en 2040 et le développement en 2060. Afin de maximiser les retombées de cette industrie, les autorités ont identifié un levier essentiel : renforcer la connaissance du Code minier et de ses textes d'application auprès des cadres administratifs, des services techniques et des forces de l'ordre à l'échelle locale. En comblant ces besoins d'information et en simplifiant les démarches pour les opérateurs privés, le ministère entend créer un environnement des affaires clair, attractif et propice à une exploitation durable et rentable pour tous.
Au-delà de la sensibilisation juridique, cette tournée met un accent particulier sur l'écoute et l'accompagnement des acteurs du terrain. L'aboutissement majeur de cette mission réside dans la mise en place, au sein de chaque province visitée, d'un Comité des exploitants miniers et de carrières. Pensée comme une plateforme permanente d'échange et de collaboration, cette nouvelle structure permettra aux opérateurs d'exprimer leurs besoins et de participer activement à la recherche de solutions concertées avec l'administration minière.

Le programme s'articule autour d'un parcours méthodique de cinq jours conçu pour aller au plus près des réalités locales. Initiés ce mardi 1er septembre dans la province de Butanyerera, les travaux se poursuivent Ce mercredi 2 septembre à Gitega, puis le jeudi 3 septembre à Buhumuza. La caravane d'échange fera étape le vendredi 4 septembre à Burunga, pour achever ce cycle de consultations le samedi 5 septembre 2026 dans la province de Bujumbura.

Cette initiative réunit l'ensemble des parties prenantes clés du secteur .

Les journées s'ouvrent par l'accueil des autorités locales et les orientations ministérielles, suivis des exposés de la DG-PHMC et de l'OBM sur les réformes et le cadre légal. Après un débat ouvert offrant une parole directe aux exploitants, chaque session s'achève par la présentation de la Chambre sectorielle, l'élection du bureau et l'installation officielle du nouveau Comité provincial des exploitants.

27/08/2026

Vos équipements de production nécessitent un étalonnage fiable?
Contactez la Division de Métrologie du . Nous vous offrons des services d’étalonnage fiables, traçables et conformes aux exigences légales, avec des certificats reconnus selon le Système international d’unités (SI).

Faites confiance au pour la fiabilité de vos mesures.
Mrmeict Brarudi Vyukaa Magazine

27/08/2026
26/08/2026
Gitega, 20-21 Myandangaro 2026 – Mu ntumbero yo gukomeza intwaro ibereye, gusenyera ku mugozi umwe n’uguteza imbere igis...
22/08/2026

Gitega, 20-21 Myandangaro 2026 – Mu ntumbero yo gukomeza intwaro ibereye, gusenyera ku mugozi umwe n’uguteza imbere igisata c’amazi meza isuku n’isukura (EPA), Ubushikiranganji muvyo bujejwe harimwo amazi meza Isuku n’Isukura bwarateguye Inama ihuza abakorera murico gisata bubicishije muri 𝐏𝐫𝐨𝐠𝐫𝐚𝐦𝐦𝐞 𝐄𝐚𝐮 𝐏𝐨𝐭𝐚𝐛𝐥𝐞 𝐞𝐭 𝐀𝐬𝐬𝐚𝐢𝐧𝐢𝐬𝐬𝐞𝐦𝐞𝐧𝐭 𝐝𝐞 𝐁𝐚𝐬𝐞-𝐃𝐆𝐏𝐄𝐏𝐀.

Intumbero kwari ugushimangira ugukorera hamwe mu gutegura, gushira mu ngiro, n’ugukurikiranira hafi ibikorwa vyo gutanga amazi meza.

Umushikiranganji muvyo ajejwe harimwo amazi meza Isuku n’Isukura , Dr. Hassan KIBEYA, yasavye ko hakenewe urupapuro rw'inzira ruzoshirwa mu ngiro. Ku bwiwe, «ntibihagije kwandika amajambo; ntidushaka amalitiro y’amajambo ahubwo turashaka amalitiro y'amazi yatanzwe».

Umushikiranganji yibukije ko Leta y’u Burundi, ku bw’ubuyobozi bwiza bwa Nyenicubahiro Umukuru w’Igihugu, iha agaciro gakomeye amazi. Amenyesha ko amazi ari uburenganzira bw’abose, ariko ko afise kandi intererano ikomeye mu butunzi, mw'iterambere ry’igihugu. Amazi akoreshwa mu bisata vyose: indero, uburimyi, amahinguriro, ubudandaji, ubutare n'agataka, ibidukikije,.....arinaco gituma iyo nama yabwirizwa guhuza abantu bava mu bisata bitandukanye.

Yashimangiye ku kamaro kugukorera hamwe n’abafatanyabikorwa batandukanye kugira ngo ntibahurire ku bikorwa bimwe canke ku burere bumwe kandi hariho henshi bakeneye amazi. Aca agirako ashimira abafatanyabikorwa ku migambi y'ugutanga amazi meza bakora.

Abari muriyo nama baramenyeshejwe ko itegeko rikomeye rizoterera mu gisata (guha amazi meza abenegihugu, gukomeza igisata c'isuku n'isukura, no kugira amazi igikoresho c'iterambere) ryitezwe vuba.

Yamenyesheje ko hakenewe kongera ubushobozi abenegihugu ,na cane cane, urwaruka n’abakenyezi, kugira ngo bitabire mu bikorwa vyo kubungabunga inyubako mu gisata c’amazi, isuku n'isukura.

Abari munama basabwe ko vyoba vyiza bagiye barerekana iyo uburyo buzokora murico gisata buzova.

Mu kurangiza, Umushikiranganji yaribukije imbonakazoza y' igihugu cifashe muri 2040 n’igihugu giteye imbere muri 2060.

Muri iyo nama vyagaragajwe ko naho imigambi mu gisata c’amazi ikomeza kwiyongera, ikiri mikeya ugereranije n’ibikenewe gushikwako.

kabaye n'akaryo ku kumenyesha abaraho Inama mpuzakarere ku mazi mu gihe ca vuba.
--------------------------------------------------------------------
Gitega, 20-21 Août 2026 – Dans le cadre du renforcement de la bonne gouvernance et de la promotion du secteur de l’eau potable, et de l’assainissement de base (EPA), le Ministère en charge de l’Eau potable et de l’Assainissement de base, à travers le DGPEPA (Direction Générale Responsable du Programme Eau Potable et Assanissement de Base), a organisé une Réunion nationale de coordination des intervenants du secteur.

L'initiative vise à renforcer la collaboration, la coordination, la planification conjointe, la mise en œuvre concertée et le suivi rapproché entre tous les partenaires afin de fournir de l’eau potable aux populations qui n’y ont pas encore accès, et d’améliorer l’assainissement de base.

A cette occasion, le Ministre du Mrmeict, Dr. Hassan KIBEYA, a insisté sur la nécessité d’une feuille de route opérationnalisable. Selon lui, « il ne suffit pas d’écrire des mots ; nous ne voulons pas produire des litres de discours mais des litres créés ».

Le Ministre a rappelé que le Gouvernement du Burundi, sous l’autorité éclairée de Son Excellence Monsieur le Président de la République, accorde une place importante à l’eau. Même si l’eau est un bien social et un droit pour tous, elle est également un bien économique, indispensable au développement du pays et utilisé dans tous les secteurs : santé, éducation, agriculture, industrie, mines et environnement.

Il a souligné l’importance de l’intégration et de la planification conjointe entre les différents acteurs afin d’éviter tout chevauchement. Il a également remercié les partenaires pour leur appui dans la mise en place des infrastructures d’eau potable, qui ont permis de réduire les charges financières.

Le Ministre a insisté sur le renforcement des capacités locales, en autonomisant les communautés, les jeunes et les femmes, afin qu’ils participent à la durabilité des infrastructures et à l’entrepreneuriat lié au secteur de l’eau. Le Ministre a en outre interpellé les participants sur la nécessité de définir clairement les sources de financement, en explorant de nouvelles fenêtres : subventions, crédits concessionnels et investissements privés.

Par ailleurs, dans le cadre de la libéralisation du secteur, les intervenants ont souligné qu'il faut travailler sur les décrets d’application et sur un modèle tarifaire équilibré, qui satisfasse à la fois la composante sociale et les attentes des investisseurs.

Enfin, le Ministre a réaffirmé l’engagement du Gouvernement du Burundi à atteindre les Objectifs de Développement Durable, avec une vision d’un pays émergent en 2040 et développé en 2060.

Au cours de cette réunion, Il y a été indiqué que, bien que les efforts dans le secteur de l’eau continuent de croître, ils restent encore insuffisants.

La réunion a été une occasion d'annoncer que le Pacte de l’eau, a été finalisé et sera signé d'ici peu. Une conférence régionale et continentale sur l’eau est également en préparation, visant l’harmonisation des politiques et la mise en place d’un programme africain d’accès à l’eau potable.

Address

QUARTIER KABONDO-Avenue DU 13 OCTOBRE N°6
Bujumbura
745

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Mrmeict posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share